Ikigo kijejwe kugenzura itumanaho muri Tanzania cabujije ko indirimbo zirenga cumi zo muri ico gihugu zisubira kuvuzwa ku maradiyo yo muri Tanzania. Zibiri mu ndirimbo 13 zaciwe ni iz'umuririmvyi ...
Amakuru ava mu binyamakuru vyo mu karere avuga ko indirimbo 13 z'uwo muririmvyi n ... Muri zo harimwo, Hallelujah hamwe na Waka Waka za Diamond Platnumz, Pale Kati Patamu ya Ney wa Mitego, Chura ...